Amosi 8:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Maz’ arambaza, at’ Ubonye iki ga Amosi? Nti Mbonye igisimbo c’amatunda ahīshiye. Maz’ Uhoraho arambgira, at’ Amateka y’abantu banje b’Abisirayeli arahīshishijwe; kandi sinzosubira kwirengagiza ivyabo ukundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |