Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Amosi 7:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Nuko rero nawe nyene ni wumve ijambo ry’Uhoraho: k’uvuze ngo singire ico mvugishwa ku Bisirayeli, canke ngo singire ijambo nzana ku nzu ya Isaka:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Amosi 7:16
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yerobowamu agihagaze ku gicaniro, agira yōse imibavu, haza umuntu w’Imana avuye i Buyuda, aje i Beteli, azanywe n’ ijambo ry’Uhoraho.


Mikaya arongera, ati None rero ni wumve ijambo ry’Uhoraho: mbonye Uhoraho avyagiye ku ntebe yiwe, ingabo zose zo mw ijuru zimuhagaze i buryo n’i bumoso.


Akora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi; ntiyava mu vyaha vyose vya Yerobowamu mwene Nebati, ivyo yakwegeyemw’ Abisirayeli ngo bacumure.


babarira abamenyi, bati Ntimutumenyere, bakabgira n’aberekwa ibizoba, bati Ntimutubarire ivyo mweretswe vy’ukuri, ariko mutubarire ivyoroshe, muvugishwe ivy’ ibinyoma;


riti Mwana w’umuntu, būrira ba kamenyi bo mu Bisirayeli, ubūrire abagenda bavugishwa n’ibiva mu mitima yabo ubgabo, ubabarire, uti Ni mwumve ijambo ry’Uhoraho:


Nuko rero, wewe maraya, ni wumve ijambo ry’Uhoraho:


riti Mwana w’umuntu, tungīra ijisho ryawe i bumanuko, utumey’ ijambo ryawe, ubūrire ikibira co mu kiyaya c’i bumanuko,


riti Mwana w’umuntu, tungīra ijisho ryawe i Yerusalemu, utume ijambo ryawe ahēra h’ urusengero, ubūrire igihugu c’i Bgisirayeli;


Ariko mwebge mwāhaye Abanaziri vino ngo bayinywe, mutako mubuza abo mvugisha, muti Ntimukavugishwe.


ariko ntusubire kuvugishirizwa i Beteli ukundi, kukw ari ho har’ ikigabiro c’umwami, bo n’ihorezo ry’igihugu.


Bavuga, ngo Ntimukavugishwe! Bati Ntihaze hagire abavugishwa ben’ ivyo! Yamar’ ibimāramāza ntibizovaho.


Ukwigisha kwanje kugwe nk’ imvura, Amajambo yanje atonde nk’ ikime, Abe nk’ukw imvura y’akajogotera igwa ku rumerēra, Kandi nk’iy’ akavuvu iy’ igwa ku bgatsi.


Maze Samweli yishura Sauli, ati Hagarara! Hinge nkubarire nanje ivyo Uhoraho yarāye ambariye iri joro. Aramwishura, at’ Ego, vuga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ