Amosi 7:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Maze Amaziya umuherezi w’i Beteli atuma kuri Yerobowamu umwami w’Abisirayeli, uti Amosi yagutereye abantu umugararizo mu b’inzu ya Isirayeli: igihugu nta ho cotorana itiro amagambo yiwe n’ukw angana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |