Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Amosi 6:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Naho mu nzu imwe hosigaramw’ abantu cumi, bazopfa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Amosi 6:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Hamani abīgānira ukw atunze, n’uko bimuhaye icubahiro, n’ abana biwe ingen’ ari benshi, n’ ingen’ umwami yamushize hejuru muri vyose, kandi ko yamukujije kuruta abaganwa b’umwami n’ abamenyekana biwe.


abo bose ukw ar’ icumi bishe, bāri bene Hamani umwansi w’Abayuda, mwene Hamedata; ariko ntibākojeje ukuboko kwabo kw isahu.


nuko haza umuyaga w’ igihuhuta uturutse mu bugaragwa, uhitana imfuruka zine z’inzu; maz’ isidukira kur’ abo bahungu, barapfa; ni jewe jenyene ndokotse wo kuza kubikubikira.


Yar’ afise abahungu ndwi n’abakobga batatu.


Inyungu yo mu nzu yiwe izojanwa, Ibintu vyiwe bizotwarwa bisendanishijwe ku musi w’ uburake bgayo.


Uruvyaro rwiwe ruze rurandurwe; Mu gihe c’abuzukuru biwe, izina ryiwe rize risibanganywe.


Ni mwitegure gutōtōra abana biwe kubg’ ukugabitanya kwa ba sekuruza; boye kuvyuka ngo bakevye isi, buzuze isi yose ibisagara.


Kuk’ urupfu rwūriye rugaca mu madirisha yacu, rukinjira n’i bukuru bgacu; rukaririka abana bari hanze, n’abasore bari mu mayira.


Kuk’ ukw ari k’Umwami Uhoraho agize, at’ Igisagara catabaramw’ igihumbi hazotabaruka ijana, n’icatabaramw’ ijana hazotabaruka icumi mu b’inzu ya Isirayeli.


Ngo Kandi ni hagira umuntu wo kuri wewe azosigara atamukūye ku gicaniro ciwe, na ho nyene bizoba ar’ ugusigara akobotse amaso, atuntuye mu mutima; ngo Kand’ ab’ uruvyaro rw’inzu yawe bose bazogenda bapfa bakenyutse.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ