7 Nuko ni co gituma bazogenda ar’ aba mbere mu bambukanwa ar’ inyagano, kand’ ibinezaneza vy’abīshanyangira ku misezero bizoshira,
Kuko Amosi avuga, ngo Yerobowamu azokwicishwa inkota, kandi ngw Abisirayeli ntibazobura kwambukanwa ar’ inyagano bakūwe mu gihugu cabo.
ariko ntimukabarize i Beteli, canke ngo muje i Gilugali, canke ngo mushike i Beri‐sheba: kukw ab’i Gilugali bazokwambukanwa ar’ inyagano, n’i Beteli hazotītūka.
Bazokwicwa n’ubugi bg’inkota, bazojanwa mu mahanga yose ar’inyagano: kand’ i Yerusalemu hazosiribangwa n’abanyamahanga, kugeza ah’ ibihe vy’abanyamahanga bizoshirira.
Kuko naho bomera nk’amahwa azitanye, canke bagahindurwa iveve n’inyobga, bazotōngōrwa rwose nk’ibirararara vyumye.
nuko rer’ uku ni k’Uhoraho agize, at’ Umugore wawe azocika maraya mu gisagara, kand’ abahungu bawe n’abakobga bawe bazokwicishwa inkōta, n’itongo ryawe rizogabuzwa umugozi: nawe ubgawe uzogwa mu gihugu cāhumānye, kand’ Abisirayeli ntibazobura kwambukanwa ar’ inyagano bakūwe mu gihugu cabo.
Ni co kizotuma mbambukanisha mur’ inyagano hirya y’i Damasiko, ni jewe Uhoraho mbivuze, kand’ izina ryanje nd’ Imana Nyen’ ingabo.
Umutima wanje urahuzagizwa, mpundagajwe n’ubgoba: ijoro nari nifuje ryampindukiye agatengo.
namba ngize ubutoni imbere yawe, mwami, ukemera kumpa ico nsaba, no gushitsa ico ndondera, mwokwongera kuza, mwe na Hamani, ku giturire nzobītegurira; kand’ ejo ico uvuze nzogikora, mwami.
Muzovyara abahungu n’abakobga, ariko ntibazoba abanyu, kuko bazoshorerwa ar’ inyagano.
Maze mur’ iryo joro nyene Belushaza umwami w’i Bukaludaya aricwa.
Ibinezereza bivuye ku dushako tw’ingoma birashize, urwamo rw’ abanezerewe ruraheze, ugucuraranga kw’inanga kurashize.
Bazobacisha mu vyuho, umugore wese aramirije imbere yiwe; bazobashiburira mw iboma, ni k’Uhoraho agize.