Amosi 6:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bazobona ibara, abīdibamiye i Siyoni, n’abībēra ku musozi Samariya ata co bīnona, ba rurangiranwa bo mw ihanga rirengeye ayandi, abo inzu ya Isirayeli yisunga! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Nukw abo bantu ukw ari batanu baragenda, bashika i Layishi, bitegereza abantu baho, babona ingene bīrāye nk’ukw ab’ i Sidoni basanzwe bamera, bitekerereje ata co bīnona, ata co babuze mur’ ico gihugu, bifitiye ubutunzi; babona n’ingene baba kure y’ab’i Sidoni, n’ingene batifatanya n’umuntu wundi n’umwe.