Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Amosi 2:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Ūbangutse azobura ukw ahunga, n’umuhizi nta co ubuhizi bgiwe buzomumarira, n’intōre ntizoruha yikiza;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Amosi 2:14
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arikw amaso y’abanyakibi azokoboka, Ntibazobona aho guhungira; Kand’ ivyifuzo vyabo n’ugupfa.


Nta mwami akizwa n’ukw ari n’ingabo nyinshi, Umuhizi ntarokorwa n’inkomezi ziwe nyinshi.


Ndasubīra, nitegereza musi y’izuba, yuko mu gusiganwa, impayamaguru atari zo zisiga abandi, kandi mu ntambara kw abanyenkomezi atari bo batsinda, kandi n’abanyabgenge kw atari bo baronka indya, kand’ abakerebutse kw atari bo baronka itunga, kand’ abahanga kw atari bo batona; arikw ibihe n’ibiza ku muntu bipfa kubazako bose.


Abungere ntibazobona inzira yo guhunga, canke ba kizigenza mu mukuku ngo babone ingene bacika.


Maze Zedekiya umwami w’i Buyuda n’ingabo zose bababonye, barahunga, bahenga mw ijoro bava mu gisagara, baciye mu ndimiro y’umwami no mu kirimba kiri hagati y’inzitiro zibiri: umwami ajana inzira ica mu kiyaya Araba.


Uku ni k’Uhoraho agize, at’ Umunyabgenge yoye kwirata ubgenge bgiwe, cank’ umunyenkomezi ngo yirate inkomezi ziwe, cank’ umutunzi ngo yirate ubutunzi bgiwe;


ni we atuma agatikizo gasūmira abanyenkomezi, kagashika no ku bihome bikomeye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ