Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abanyefeso 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 kugira ng’uronke amahoro, urambire kw isi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 “Niwubahe so na nyoko kugira ngo ivyawe bize bigende neza kandi kugira ngo uze urambire kw’isi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abanyefeso 6:3
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mubgire umugororotsi kw azomererwa neza, kukw azotungwa n’ivyo ibikorwa vyiwe vyāmūje.


canke ngo muze mwigere mwubaka inzu, canke ngo murime, canke ngo mutere uruzabibu canke ngo hagire ūzorwitirirwa; at’ Arikw imisi muzomara yose muze mube mu mahema, kugira ngo mubone kuramba mu gihugu mubamwo.


Ar’ ivyiza ar’ ibibi, ntituzobura kwumvira Uhoraho Imana yacu, uwo tugutumyeko; kugira ngo tuze tubone kuroranirwa ni twumvira Uhoraho Imana yacu.


Wubahe so na nyoko: ico ni co cagezwe ca mbere kirimw’ isezerano,


Namwe ba se, ntimukaratse abana banyu, ariko mubarere, mubahana mubahanūra, uk’ Umwami wacu agomba.


Ntimukaburye, kugira ngo mube mu vyiza, mwe n’abana banyu bazovuka hanyuma, kuko muzoba mukoze ivyo Uhoraho abona ko bitunganye.


Aya majambo yose mbageze muze muyitondere, muyumvire, kugira ngo mube mu vyiza, mwe n’abana banyu bazovuka hanyuma gushitsa ibihe bidashira, kuko muzoba mukoze ivyo Uhoraho Imana yanyu abona kw ari vyiza kandi bitunganye.


ntuz’ ubure kureka nyina ngw igende, arikw ivyana ushobora kubitwara; uz’ ureke nyina kugira ng’ ube mu vyiza, urambe.


Kandi muze mwitondere amabgirizwa yiwe n’ ivyagezwe vyiwe, ivyo mbagera uyu musi, kugira ngo mube mu vyiza, mwe n’abana banyu bazovuka hanyuma, kugira ngo mwame mu gihugu Uhoraho Imana yanyu abahaye kugeza ibihe bidashira.


Wubahe so na nyoko, nk’ uko jewe Uhoraho Imana yawe nabikugeze, kugira ng’ urambire mu gihugu jewe Uhoraho Imana yawe nzoguha, uhamererwe neza.


Muze mujane inzira yose Uhoraho Imana yanyu yabarangiye, kugira ngo mubone kubaho, mumererwe neza, muze muhore muba mur’ ico gihugu mugiye kwegukira.


Kandi muze mukore ivyo Uhoraho abona ko bitunganye kandi kw ari vyiza, kugira ngo mumererwe neza, mubone kwinjira ca gihugu ciza Uhoraho yarahiye ba sogokuruza kw azokibaha, mucegukire,


None rero, yemwe Bisirayeli, ni muvyumve, muvyitondere; kugira ngo mumererwe neza, mugwire cane, muri mu gihugu gitemba amata n’ ubūki, nk’uk’ Uhoraho Imana ya ba sogokuruza yabasezeraniye.


Nawomi inabukwe aramubaza, ati Mukobga wanje, sinokurangira urugo, kugira ng’ umererwe neza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ