Abanyefeso 5:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ntihakagire umuntu abahendesha amagambo y’ubusa: kukw ivyo ari vyo bizanira uburake bg’Imana abantu b’intabarirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ntihagire uwubahendesha amajambo atagira ikimazi, kuko ibintu nk’ivyo bizana uburake bw’Imana ku batayumvira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |