Abanyefeso 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi mugendere mu rukundo, nk’uko Kristo na we yabakunze, akatwigura, akatubera ishikanwa n’ikimazi bihabga Imana, umubabge umota neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 kandi mugendere mu nzira y’urukundo, nk’uko Kristo yadukunze akitanga ku bwacu ngo abe ubumote bwiza n’ikimazi bihabwa Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |