Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abanyefeso 5:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kandi ntimukaborerwe vino, irimw’ ubuhumbu; ariko mwuzure Mpwemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ntimukaborerwe umuvinyu, kuko bijana abantu mu buhumbu. Ahubwo, mwuzure Mpwemu Yera,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abanyefeso 5:18
33 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Vino ni yo mucokoranyi, ibiboreza ni vyo ruyogoyogo, Kand’ ūbidandabagiranamwo wese ntagira ubgenge.


Tugendane ingeso nziza, nk’abagenda ku murango, tutadandahirwa, tutaborerwa, tudasambana, tudakora ivy’ isoni nke, tudatongana, tutagira ishari.


kukw azoba mukuru mu nyonga z’Umwami Imana; ntazonywa vino cank’ ikiboreza na kimwe; azokwuzuzwa Mpwemu Yera, ahereye ku kuva mu nda ya nyina,


Bazobona ibara, abīgira agakūra mu kunywa vino, bakaba abagabo bo guturiranya ibiboreza;


Ariko burya nabandikiye ko mutivanga n’uwitwa mwene Data, namb’ ar’ umusambanyi, cank’ uwifuza, cank’ ūsenga ibigirwamana, cank’ ūtukana, cank’ ūborerwa, cank’ umunyazi: ūmeze artyo, no gusangira ntimugasangire na we.


Kuko yar’ imico myiza, yuzuye Mpwemu Yera n’ukwizera. Abantu benshi bagwirirana ku Mwami Yesu.


Kukw abasinzira basinzira mw ijoro, n’ababorerwa baborerwa mw ijoro.


Arik’ uwo mushumba ni yibgira mu mutima wiwe, ati Databuja aracatevye kuza; maz’ agatangura gukubita abashumba n’incoreke, no kurya no kunywa no kuborerwa,


None mwebge, ko muzi guha abana banyu ingabire nziza muri babi, mbega So wo mw ijuru ntazorushiriza rwose guha Mpwemu Yera abamumusavye?


cank’ ibisuma, cank’ abifuza, cank’ imborerwa, cank’ abatukana, cank’ abanyazi, ntibazoragwa ubgami bg’Imana.


ar’ umuntu atabonekak’ umugayo, afise umugore umwe gusa, afise abana bizera, bataregwa kw ar’ ibihumbu cank’ ibiganda.


Ariko mwirinde, kugira ngw imitima yanyu ntīremērwe no kudandahirwa no kuborerwa n’umwitwaririko w’ivy’ ubu bugingo, ng’uwo musi ntubazeko giturumbuka, nk’umutego:


Yemwe abafise inyota, ni muze ku mazi, kandi n’ūdafise amahera na we n’aze; ni muze mugure, murye: ni mugure vino n’amata, mudatanze amahera cank’ ibiguzi.


baheze babarire abo bakuru bo mu gisagara, bat’ Uyu mwana wacu n’intabarirwa kandi n’ikigāba, ntakunda kutwumvira; n’umunyangeso mbi kandi yama aborerwa.


Kuko mu kurya, umuntu wese yisangiza ivyiwe agacura abandi: maz’ umwe agasonza, uwundi akaborerwa.


Mfata nkuje inyuma, twiruke. Umwami yanshikanye i kare: Tuzonezerwa, nawe uzoduhimbara. Tuzokwamamaza urukundo rwawe kurusha uko twokwamamaza vino: Urukundo bagukunda rurakubereye.


anywa vino y’izo nzabibu, araborerwa; impuzu zimuvako ari mw ihema ryiwe.


Muzobona ibara, mwebge abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko mwoza igikombe n’inkōko inyuma, arikw imbere vyuzuye ubgambuzi n’ukutigarura.


Kandi kur’ uyu musozi Uhoraho Nyen’ ingabo azohategurira amahanga yose amazimano y’inyama zinuze, amazimano ya vino y’umukāka, inyama zinuze zuzuye imisokōro, na vino y’umukāka imiminnye neza.


Abicara kw irembo baramvuga; Nd’ indirimbo y’ababorewe.


maz’ agatangura gukubita abashumba bagenzi biwe no gusangira n’ababorerwa;


N’akanwa kawe kamere nka vino irushirije kuba nziza, Ishōka neza ica mu minwa y’abasinziriye.


ati Ntuze wigere unywa kuri vino canke ku kiboreza na kimwe, mwe n’abana bawe, igihe mugira mwinjire mw ihema ry’ibonaniro, kugira ngo ntimupfe: ico kibabere icagezwe c’intahava ukw ibihe vy’urunganwe rwanyu bizogenda bikurikirana,


aramubgira, at’ Umuntu wese ahora abanza gutereka vino ziryoshe, maze bāhimba akabaha izitaryoshe: ariko weho iziryoshe ni zo wabītse gushitsa ubu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ