Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abanyefeso 5:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 mugura uburyo mubugwiza, kukw imisi ari mibi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Akaryo kose muronse mugakoreshe neza, kuko imisi ari mibi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abanyefeso 5:16
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arababgira, at’ Ehe rāba, izuba riracariho, amataha ntaragera ngo mwegeranye intama: ni muzishōre, muje kuba muraziragiye.


Ntibazokwicwa n’isoni mu gihe c’ivyago, Mu misi ya kigoyi bazohāzwa.


Uhe umugabane abantu ndwi, mbere na munani; kuk’ utazi icago cotera mw isi.


Kandi wame wibuka Umuremyi wawe mu misi y’ubusore bgawe, imisi mibi itaraza, igihe kitarashika, ah’ uzovuga, uti Nta kikinnezereza;


Ikintu cose ukuboko kwawe kwerekeje gukora ugikorane inkomezi zawe; kukw ata gikorwa cank’ inama cank’ ukumenya cank’ ubgenge i kuzimu ah’ urāriye kuja.


Umwami arabishura, ati Ndumva rwose ko mushaka kwīcīra inzira, kuko mubonye ko vyamvuyeko.


Ni co gituma umunyamakenga apfa kwinumira mu gihe nk’ico, kukw ar’ igihe kibi.


N’uwa zibiri abigenza artyo, yungukamw’ izindi zibiri.


Yesu arababgira, ati Hasigaye igihe gito umuco ukiri muri mwebge: ni mugende mugifise umuco, umwiza woye kubīriranirako. Ūgenda mu mwiza ntamenya iy’ aja.


Nuko mwame mugenza murtyo, kuko muzi imisi, yukw igihe gishitse co kwikangura. Non’ agakiza kacu karatwēgereye, kurusha igihe twizereye.


Nuko ndiyumvira yukw ari vyiza kubg’ igihe kigoye ca none, yukw ari vyiza k’umuntu aguma ukw ari.


yitangiye ivyaha vyacu, ngw aturokore mur’ iki gihe kibi ca none, nk’ukw Imana yacu yagomvye, ni yo Data we twese.


Nuko rero, iyo turonse uburyo, tugirire bose neza, cane‐cane ab’ inzu y’abizera.


Kubg’ ivyo mwābīre ibirwanishwa vyose vy’Imana, kugira ngo mushobore kudatsindwa ku musi mubi, kandi ni mwaheza vyose mugahagarara mushikamye.


mwambaye inkweto z’ivyo ubutumwa bgiza bg’amahoro bibīteguza;


Mugendane ubgenge ku bo hanze, mugura uburyo mubugwiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ