Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abanyefeso 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ni co gituma ivuga, iti Yaradūze, aja iyo hejuru, ajanye iminyago, Agabira abantu ingabire.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ni co gituma bivugwa ngo: “Hamwe yaduga iyo hejuru, yajanye inyagano nyinshi kandi yatanze ingabire ku bantu biwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abanyefeso 4:8
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami atumirira abaganwa biwe bose n’abamenyekana biwe amazimano akomeye; kand’ ayo mazimano yari kubga Esiteri; ibihugu abiharira ikori, agaba ingabire, nk’ukw ikiganza ciza c’umwami cari kiri.


Uradūze, uja iyo hejuru, ujanye iminyago, Uhērewe ingabire hagati y’ abantu: Mbere uzihērewe hagati y’ abagarariji na bo, kugira ng’ Uhoraho Imana abane na bo.


Ni nde yadūze mw ijuru, akamanuka? Ni nde yakoranirije umuyaga mu bipfunsi vyiwe? Ni nde yatēkeye amazi mu mwambaro wiwe? Ni nde yashimangiye impera zose z’isi? Izina ryiwe ni nde, cank’ izina ry’umwana wiwe, namba worimenya?


Kandi yahaye bamwe kuba intumwa, abandi kuba abavugishwa na we, abandi kuvuga ubutumwa bgiza, abandi kuba abungere n’abigisha:


Kandi yambuye abakuru n’abafise ububasha, ibateterereza mu maso ya bose, ibashorera bafashwe mpiri kubg’ uwo musaraba.


Ikangure, ikangure, Debora! Ikangure, ikangure, ushirek’ uririmbe! Haguruka, Baraki, wijanire inyagano, ewe mwene Abinowamu!


Maze Dawidi ashitse i Sikulagi, arungikira abakunzi biwe b’ abashingantahe b’i Buyuda ku minyago, ati Ngivyo ivyo mbagabiye bivuye ku minyago y’abansi b’ Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ