Abanyefeso 4:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Harih’ umubiri umwe, na Mpwemu umwe, nk’uko kandi mwahamagariwe icizigiro kimwe c’ihamagarwa ryanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Hari umubiri umwe n’Impwemu imwe, nk’uko mwahamagariwe ivyizigiro bimwe vyo muri kazoza; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |