Abanyefeso 3:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 no guserurira bose ububgiriza bg’ibanga ubg’ ari bgo, ryari rihishijwe, uhereye kera hose, mu Mana Umuremyi wa vyose; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Natoranijwe kugira ngo nsigurire umuntu wese ivy’iryo banga ryari ryarahishijwe n’Imana, Umuremyi wa vyose, kuva mu bihe vya kera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |