Abanyefeso 3:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Jewe, uwuri mu nyuma y’uwo mu nyuma y’abera bose, naherewe ubgo buntu kubgira abanyamahanga ubutumwa bgiza bg’itunga rya Kristo ritagira aho riherera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Naho ndi uwo hanyuma y’abera bose, ubwo buntu bw’Imana narabugiriwe, ndaronka iryo teka ryo kubwira Abanyamahanga ubutunzi butagira urugero bafise muri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |