Abanyefeso 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ivyo, abana b’abantu ntibābimenyeshejwe mu bindi bihe, nk’uko mur’ iki gihe intumwa ziwe zera n’abavugishwa na we bābihishuriwe na Mpwemu: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 ryari ryarahishijwe abantu bo mu bihe bitandukanye vyarenganye ariko ubu rikaba ryahishuwe na Mpwemu arihishurira intumwa n’abavugishwa bera b’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |