Abanyefeso 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 hamwe twari tugipfuye, twishwe n’ibicumuro vyacu, yatugiranye bazima na Kristo — ubuntu ni bgo bgabakijije — အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 yatugiranye bazima na Kristo igihe twari tugipfuye twishwe n’ivyaha vyacu. Ubuntu bw’Imana ni bwo bwabakijije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |