Abanyefeso 2:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 ivyo mwagenderamwo kera, nk’ukw ivy’ iyi si bigenda, mwumvira umwami w’abaganza ikirēre, ni we mpwemu ikorera mu bantu b’intabarirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 ivyo mwagenderamwo mukurikira inzira mbi z’isi, mwumvira wa mutware w’ubwami bwo mu kirere, ni we mpwemu ikorera mu mitima y’abantu batumvira Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |