Abanyefeso 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 kandi ngw ayo macakubiri, amaze kuyagira umubiri umwe, ayuzurishe n’Imana umusaraba, awicishije bga bgansi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Kandi abagire umubiri umwe abahuze n’Imana biciye mu rupfu rwo ku musaraba, uwo yicishije ubwo bwansi bwari hagati yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |