Abanyefeso 1:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kuko yagabiye kera ko duheshwa na Yesu Kristo gucika abana bayo kubgayo, nk’uko yabigomvye bikayihimbara: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 yari yaramaze gufata ingingo yo kutugira abana bayo biciye kuri Yesu Kristo. Ibi ni vyo yashaka kandi vyarayinezereye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |