Abanyefeso 1:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 nk’uko yadutoranirije muri we, itanguriro ry’isi ritarashirwaho, kugira ngo tube abera tutagira agasembga imbere yayo, turi mu rukundo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kuva isi itararemwa, Imana yari yaramaze kudutoranya muri Kristo, kugira ngo tube abejejwe batagira ico bagawa mu nyonga zayo. Kubera urukundo rwayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |