Abalewi 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi barira Abisirayeli, uti Ni mujane isuguru y’impene kw ikimazi co gutangirwa ivyaha, bo n’imasa n’umwana w’intama, vyompi bimaze umwaka, kandi bitagira agasembga, kw ikimazi co kwoswa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |