7 Yambika Aroni ya kanzo, amukenyeza wa mukanda, amwambika na wa mwinjiro, amushirako na efodi, amukenyeza na wa musipi wa efodi ujishwe n’ abahinga, awuyifatishiriza kuri we;
Wābīre ya myambaro, uheze wambike Aroni ya kanzo, na wa mwinjiro wo kwambarirwako efodi, umwambike na efodi nyene, na wa mupfuko wo kwambarwa mu gikiriza, umukenyeze na wa musipi wa efodi ujishwe n’abahinga;