Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 8:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Maze Mose abarira Aroni n’abana biwe, ati Muteke za nyama ku muryango w’ihema ry’ ibonaniro; abe ari ho muzirīra, hamwe na ya mitsima iri mu ndumane yo kubinjiza mw ibango; nk’uko navuze, nti Aroni n’abana biwe babe ari bo babirya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 8:31
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mwabujijwe n’iki kurya ca kimazi catangiwe ivyaha, ngo muteko mukirīre ahantu hēra, kand’ ar’ icera cane, ar’ ico Uhoraho yabahaye ngo gitume mwishirakw ibigabitanyo vy’ikoraniro, ngo murihongerere imbere yiwe?


Kandi ni catekwa mu nkono y’ imbumbano, baze bayimene; na ho ni catekwa mu nkono y’umuringa, baze bayikūbe, bayunyuguze n’amazi.


Kand’ inyama z’ico kimazi ciwe c’ishimwe yatanze kubgo gukenguruka, zize ziribge ku musi agitanzeko nyene: ntihaze hagire izo asigaza ngo zirāre.


Kuk’ umutsima w’Imana ar’ ūmanuka uva mw ijuru, ugaha abari mw isi ubugingo.


Yesu arababgira, ati Ni jewe mutsima w’ubugingo: ūza kuri jewe ntazosonza na mba, kand’ ūnyizera nta ho azogira inyota na mba.


Ni jewe mutsima w’ubugingo wamanutse uvuye mw ijuru; ni hagira ūrya kur’ uwo mutsima azohorah’ ibihe bidashira: kand’ umutsima nzobaha n’umubiri wanje, utangirwa abari mw isi ngo bagire ubugingo.


Nabambanywe na Kristo, ariko ndiho; yamara si jewe nkiriho, ni Kristo ariho muri jewe. Ivyo nkora vyose nkiriho mu mubiri mbikoreshwa no kwizera Umwana w’Imana yankunze, akanyigura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ