Abalewi 8:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kandi muri ya ndumane irimw’ imitsima itambiwe iteretse imbere y’Uhoraho, akūramw’ umutsima umwe, n’agatsima kamwe kācumbanywe n’amavuta ya elayo, n’akandi kamwe kabēhūye, ayishira kur’ ivyo binure no kur’ ico gikenye c’ ukuguru kw’i buryo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |