Abalewi 8:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Atakw azana bene Aroni, na bo nyene akoza amaraso ku matwi yabo y’i buryo ahahera hejuru, no ku bikumu vyabo vy’i buryo, no ku mano yabo manini y’i buryo: ayandi maraso ayamijagira ku gicaniro impande zose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |