Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 8:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Jana Aroni n’abana biwe, na ya myambaro na ya mavuta yo kurobanuza abahabga ibango, na ya masa y’ikimazi co gutangirwa ivyaha, na za mpfizi z’intama zompi, na ya ndumane irimw’ imitsima itambiwe;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 8:2
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uze wīgize hafi yawe Aroni mukurwawe n’abana biwe, ubarobanure mu Bisirayeli, kugira ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi: Aroni nyene, na Nadabu na Abihu, na Eleyazari na Itamari, abana biwe.


Kandi n’abana ba Aroni na bo uz’ ubajishire amakanzo, ubajishire n’imikanda n’udukofero, bibe ivyo kubatēra icubahiro no kubashariza.


n’ imyambaro ijishitse neza yo kwambara mu gukora Ahēra, ni yo myambaro yejejwe yo kwambara Aroni umuherezi, n’imyambaro y’ abana biwe, yo kwambara mu gukora igikorwa c’ubuherezi.


Maz’ umuherezi yambare wa mwambaro wiwe wera derere, na rya butura ryiwe ryera derere aryambike ubgambure bgiwe; aheze ayore umunyota w’ ikimazi coshejwe, ic’ umuriro watōngōreye ku gicaniro, awufashe i ruhande y’igicaniro.


Mose araheza yābīra ya mavuta yo kurobanuza, ayarobanuza rya hema bo n’ibirimwo vyose, aravyeza.


Araheza azana impfizi y’ intama y’ikimazi co kwoswa; Aroni n’abana biwe bayirambika ibiganza mu ruhanga.


Araheza azana ya mpfizi y’intama yindi, ari yo yo kubinjiza mw ibango, Aroni n’abana biwe bayirambika ibiganza mu ruhanga.


uheze ukoranirize ikoraniro ryose ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.


atarinda kubanza gutanga ibimazi vy’ivyiwe vyaha uko bukeye, nka ba baherezi bakuru bandi, hanyuma agatanga ivy’ abandi bantu. Kukw ivyo yabikoze rimwe, hamwe yitanga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ