Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 8:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Mose arayikerera, amijagira amaraso yayo ku gicaniro impande zose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 8:19
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko bakerera ayo mamasa, abaherezi batega amaraso, bayamija ku gicaniro; bakerera n’ayo mapfizi y’intama, bamija amaraso yayo kur’ ico gicaniro, bakerera n’iyo myagazi y’intama, bamija n’amaraso yayo kur’ ico gicaniro nyene.


Az’ agikererere i ruhande y’igicaniro, ahahera i burārūko, imbere yanje; bene Aroni abaherezi bamijagire amaraso yaco ku gicaniro impande zose.


Araheza azana impfizi y’ intama y’ikimazi co kwoswa; Aroni n’abana biwe bayirambika ibiganza mu ruhanga.


Arayijanjagura, ayishira mu bikenye vyayo; yōsa umutwe wayo, n’ibindi bice vyayo, n’ ibinure vyayo.


Kand’ ihema n’imbombovu zose z’ivy’ ubuherezi, na vyo n’uko abicucagira amaraso.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ