Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 8:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ayacucagira ku gicaniro ibihetangabo ndwi, arayakirobanuza bo n’ibintu vyaco vyose, bo n’ikigārigāri co gukaraba n’intebe yaco, ngw avyeze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 8:11
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ikime kimaze guta, hasi aho mu bugaragwa haboneka utuntu duto‐duto nk’utuvunguka, duto‐duto nk’ikime cavuze.


Maze Mose arabīhaniza, ati Ntihagire umuntu abirāza.


Uko bukeye uz’ ukerere ben’ iyo masa y’ikimazi gitangirwa ivyaha, ibe impongano; kand’ igicaniro uz’ ugitangire impongano yo kugitunganya, uz’ ugisukekw amavuta, uceze.


Uz’ umare imisi ndwi utangira impongano ico gicaniro, uceze; maze kizoba icera cane; ikizogikorako cose kizoba kibaye icera, kibe inyegu yaco.


Ubirobanure, kugira ngo bize bibe ivyera cane: ikizobikorako cose kizoba kibaye icera, kibe inyegu yavyo.


Kand’ uze witwaze iyo nkoni, ni yo uzokoresha vya bimenyetso.


Uhoraho atakw aramubarira, ati Shira igikonjo cawe mu gikiriza. Agishira mu gikiriza; agisokoroye, asanga kijējēta imibembe, cera nka shelegi.


uko ni kw azojoreza amahanga menshi; abami bazozibira akanwa kabo imbere yiwe: kuko bazobona ico batābgiwe, n’ico batumvise bazocitegereza.


Kandi nzobamijakw amazi meza, mushire imvyiro: nzoboza imyanda yanyu yose, n’ibigirwamana vyanyu vyose.


akoze urutoke rwiwe rwo ku kuryo mur’ ayo mavuta ari ku rushi rwiwe rw’i bumoso, ayacucagirishe urwo rutoke rwiwe imbere yanje ibihetangabo ndwi;


ajōbeke urutoke rwiwe mur’ ayo maraso, ayacucagire ibihetangabo ndwi imbere yanje, hino ya ca gihuzu.


ajōbeke urutoke rwiwe mur’ ayo maraso, ayacucagire ibihetangabo ndwi imbere yanje, hino ya ca gihuzu gikingiriye Ahēra cane.


uwo yaducuncuburiyeko kubga Yesu Kristo Umukiza wacu,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ