Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kand’ umuherezi ahereje ikimazi c’umuntu uw’ ari we wese co kwoswa, uwo muherezi nyene az’ abe ari we atwara urusato rw’ico kimazi coshejwe atanze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 7:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho Imana aronkera Adamu n’umugore wiwe imyambaro y’insāto, arabambika.


Arikw inyama z’iyo masa, n’urusato rwayo, n’amayezi yayo, ubituririre inyuma y’insago: kizoba ar’ ikimazi gitangiwe ivyaha.


Aheze abāge ico kimazi co kwoswa, akijanjagure, agishire mu bikenye vyaco.


Kand’ urusato rw’iyo masa, n’inyama zayo zose, hamwe n’umutwe wayo, n’ibikenye vy’amaguru, n’amara yayo, n’amayezi yayo,


Nk’uko bigenzwa ku kimazi gitangirwa ivyaha, ni ko bigenzwa no ku kimazi c’impongano: icagezwe cavyo ni kimwe: umuherezi ahereje iyo mpongano, ni we kizoba iciwe.


Ishikanwa ryose ry’ivyakozwe mw ifu vyokejwe mu ziko, n’ibindi vyose vyakozwe mw ifu bikaranganywe n’amavuta, bo n’ivyataraguwe ku cuma gikaranga, bizoba ivy’ umuherezi abihereje.


Iyo nka iheze ituririrwe aho nyene imbere yiwe; iturirwe yose, uhereye ku rusato rwayo n’inyama zayo n’ubuseri bgayo n’amayezi yayo.


Ariko mwambare Umwami Yesu Kristo, kandi ntimubabare ivy’ umubiri, ngo mukore ivyo wifuza.


Az’ agire umugabane ungana n’uw’ abandi ku vyo kurya, ukūye ivyo yaguze itongo yarazwe na se.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ