Abalewi 7:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Ico ni co cagezwe co ku kimazi co kwoswa, n’ico kw ishikanwa ry’ amafu, n’ico ku kimazi gitangirwa ivyaha, n’ico ku kimazi c’impongano, n’ico ku vyo kwinjiza abaherezi mw ibango, n’ico ku bimazi vy’ishimwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |