Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 7:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kand’ inyama z’ico kimazi ciwe c’ishimwe yatanze kubgo gukenguruka, zize ziribge ku musi agitanzeko nyene: ntihaze hagire izo asigaza ngo zirāre.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 7:15
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimuze mugire ico musiga ngo kirāre: hagize ikirāye mugiturire.


Amaraso y’ikimazi nshikaniwe ntimuze muyahēreze hamwe n’ imitsima yambiwe; ibinure vy’ icābāzwe ku musi wanje mukuru ntibize birāre ngo bishitse mu gatondo.


Ni yagitanga kubgo gukenguruka, ico kimazi co gukenguruka az’ agitangane n’udutsima tutambiwe twacumbanywe n’amavuta ya elayo, bo n’utundi dutsima tubēhūye, tutambiwe nyene, twasutswekw amavuta, n’utundi nyene twacumbanywe n’amavuta, twacumbge mw ifu igogōretse ivangishijwe amavuta ngw ihwane.


Uk’ umwaka utashe, muze mubirīre ahantu Uhoraho azotoranya, mur’ imbere yiwe nyene, Uhoraho Imana yanyu, mwe n’ abo mu ngo zanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ