Abalewi 7:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi kur’ iryo shikanwa ryiwe ry’udutsima tw’ uburyo bgose, az’atangeko kamwe‐kamwe kw ishikanwa angereye jewe Uhoraho; rize ribe umuturi w’umuherezi amija amaraso y’ico kimazi c’ishimwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |