Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 6:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Anzanire ico kimazi ciwe c’impongano c’impfizi y’intama itagira agasembga, ikūwe mu mukuku, iz’ ibe iyimaze igiciro uzocira gikwiranye n’ikimazi c’impongano; agishire umuherezi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 6:6
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo bararahira bakorana mu ntoke yuko birukana abagore babo; kandi batanga impfizi y’ intama kw iciru, kuko batsinzwe n’urubanza.


Kand’ uk’ umwaka utashe tuzozana mu ngoro y’Uhoraho ivy’ imishuzo yo mu mirima yacu, n’ivy’ imishuzo y’ivyama vyose vyo ku biti vy’amoko yose,


Kand’ icumba kirābana n’i burārūko n’ic’ abaherezi bājejwe igicaniro: ari bo bene Sadoki, ni bo bo mu ruvyaro rwa Lewi bēgēra Uhoraho ngo bamukorere.


Uwo muherezi yābīre imwe mur’ ayo masuguru y’intama, ayitangekw ikimazi c’impongano, ayitangane na ya ngero yitwa logi y’amavuta, abizunguze, bibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje;


ati Ni hagira umuntu ampomvya ku bintu vyera ngerewe, agakora icaha kitar’ ic’ ibigirankana; az’ anzanire ikimazi ciwe c’impongano c’impfizi y’intama itagira agasembga, ikūwe mu mukuku, iz’ ibe iyimaze igiciro uzocira, ca shekeli z’ifeza zagezwe kuri shekeli ir’ ahēra, ibe ikimazi c’impongano.


Az’ azanire umuherezi impfizi y’intama itagira agasembga, ikūwe mu mukuku, iz’ ibe iyimaze igiciro uzocira, ibe ikimazi c’ impongano. Uwo muherezi az’ amuhongere kur’ ico kintu yacumuye atabigize ibigirankana, atabizi, na we azoharirwa.


Kandi ni yaba atoshobora kuronka umwana w’intama, anzanire ikimazi ciwe c’impongano y’icaha yakoze, c’intunguru zibiri cank’ ivyana vy’inuma bibiri: kimwe kize kibe ikimazi co gutangirwa ivyaha, ikindi kibe ikimazi co kwoswa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ