Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 6:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kand’ ikimazi cose gitangirwa ivyaha, amaraso yaco akajanwa mw ihema ry’ibonaniro, agahongerwa ahēra, ntikize kiribge na mba: ariko kize giturirwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 6:30
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

mutange n’umwagazi w’intama umwe‐umwe ukūwe mu mukuku w’amajana abiri‐abiri, mu mikuku y’imiryango y’Abisirayeli; ivyo vyose bize bibe ishikanwa ry’ amafu, n’ikimazi co kwoswa, n’ ibimazi vy’ishimwe, kugira ngo batangirwe impongano, ni k’ Umwami Uhoraho agize.


Ehe rāba amaraso yaco kw atari yazanywe ahēra, nta cari kubabuza kukirya, ngo mukirīre ahantu hēra, nk’uko nageze.


Ibi ni vyo bizoba ivyawe vyo mu vyera cane bitar’ ivyo kwosa ku muriro: ishikanwa ryabo ryose bazonshikanira, ar’iry’ amafu, ar’ ikimazi gitangiwe ivyaha, ar’ impongano, bizoba ar’ ivyera cane, bibe ivyawe n’abana bawe.


Kukw imivyimba ya vya bitungwa, ivyo umuherezi mukuru ajana amaraso yavyo ahēra kuba impongano y’ivyaha, ituririrwa inyuma y’insago.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ