Abalewi 6:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ntibaze babicumbane n’umwambiro. Ndabibahaye, bibe umugabane wabo ku mashikanwa nshikanirwa atōngōrwa n’umuriro; n’ivyera cane, nk’ukw ikimazi gitangirwa ivyaha kimeze, bo n’ic’ impongano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |