Abalewi 5:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi ni yaba atoshobora kuronka umwana w’intama, anzanire ikimazi ciwe c’impongano y’icaha yakoze, c’intunguru zibiri cank’ ivyana vy’inuma bibiri: kimwe kize kibe ikimazi co gutangirwa ivyaha, ikindi kibe ikimazi co kwoswa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |