Abalewi 5:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Canke ni hagira umuntu atantamukana indahiro y’ico agira akore, ari kibi, ari ciza, atavyiyumviriye, ic’ ari co cose umuntu yotantamukanira indahiro, hanyuma ni yabimenya, ico kintu kizoba kimubereye icaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |