Abalewi 4:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ni hagira umuntu mu banyagihugu akora icaha atabigize ibigirankana, mu vyo jewe Uhoraho nabuzanije, akikwegera gutsindwa n’urubanza; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ariko segaba az’ abe ari we atanga ibimazi vyo kwoswa, n’amashikanwa y’amafu, n’amashikanwa y’ibiturire, mu misi mikuru no mu mboneko z’ukwezi no ku masabato, no mu misi mikuru yose yashingiwe ab’ inzu ya Isirayeli: az’ atange ikimazi gitangirwa ivyaha, n’ishikanwa ry’ amafu, n’ibimazi vyo kwoswa, n’ibimazi vy’ishimwe, kugira ngw atangire impongano inzu ya Isirayeli.