4 n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.
Maze wābīre urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ ibinure bifashe kuri yo, uvyosereze ku gicaniro.
Uheze wābīre ibinure vy’iyo mpfizi y’intama, n’umurizo wayo uko wagahometsekw ibinure, n’ urubambanda rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’ amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, n’igikenye c’ukuguru kwayo kw’i buryo, kukw ar’ impfizi y’intama yo kubinjiza mur’ iryo bango;
Ayijanjagure, ayishire mu bikenye vyayo, ashireko n’ umutwe wayo n’ibinure vyayo; umuherezi aheze abigereke ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro:
bene Aroni abaherezi bagereke ivyo bikenye n’umutwe n’ibinure ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro;
n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.
n’amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’ umurya, n’agashami gatoya k’ igitigu, agakūrane n’amafyigo.
Maz’ ico kimazi ciwe c’ishimwe agikūrekw ishikanwa anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,
Bene Aroni baheze bavyosereze ku gicaniro, babigeretse ku kimazi coswa kiri ku nkwi ziri ku muriro: ivyo bizoba ikimazi gitōngōrwa n’umuriro, umubabge ummotera neza.
Kand’ iyo masa y’ikimazi gitangiwe ivyaha, az’ ayikūremw’ ibinure vyayo vyose: urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,
n’amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’amafyigo,
n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, bagakūrane n’ amafyigo.
Yābīra urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ibinure vyo kuri yo, avyosereza ku gicaniro.
Maze yābīra ibinure vyayo, n’umurizo wayo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ibinure vyo kuri yo, n’igikenye c’ukuguru kwayo kw’i buryo.
arikw ibinure, n’amafyigo, n’agashami gatoya k’igitigu vy’ico kimazi gitangiwe ivyaha, avyosereza ku gicaniro, nk’uk’ Uhoraho yari yarageze Mose.
bamuhēreza ibinure vy’iyo mpfizi, n’ivy’ iyo mpfizi y’intama, n’umurizo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda, n’amafyigo, n’udushami dutoya tw’ibitigu;