3 Maz’ ico kimazi ciwe c’ishimwe agikūrekw ishikanwa anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,
Imitima yabo iyagayaga nk’ ibinure: Ariko jeho mpimbarwa n’ ivyagezwe vyawe.
Maze wābīre urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ ibinure bifashe kuri yo, uvyosereze ku gicaniro.
Uheze wābīre ibinure vy’iyo mpfizi y’intama, n’umurizo wayo uko wagahometsekw ibinure, n’ urubambanda rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’ amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, n’igikenye c’ukuguru kwayo kw’i buryo, kukw ar’ impfizi y’intama yo kubinjiza mur’ iryo bango;
Mwana wanje, mpa umutima wawe, Kand’ amaso yawe ahimbarwe n’inzira zanje.
Wame ukomantaza umutima w’ubgo bgoko, uhindure amatwi yabo bihurugutwi, uhume amaso yabo; kugira ngo ntibarābīshe amaso, ntibumvishe amatwi, ntibatahurishe imitima, ngo bahindukire bakire.
Kandi nzobaha umutima musha, mbashiremw’ impwemu nsha; nzokūra umutima ukomeye nk’ibuye mu mibiri yanyu, mbahe umutima woroshe nk’ inyama.
Arikw abaherezi b’Abalewi, bene Sadoki, bāsigaye bitondera ivyo bājejwe vy’ahēra hanje igihe Abisirayeli bāzimira bakanta, abo bo bazonyegēra kugira ngo bankorere; bazohagarara imbere yanje bampēreza ibinure n’amaraso, ni k’Umwami Uhoraho agize:
Ayijanjagure, ayishire mu bikenye vyayo, ashireko n’ umutwe wayo n’ibinure vyayo; umuherezi aheze abigereke ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro:
bene Aroni abaherezi bagereke ivyo bikenye n’umutwe n’ibinure ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro;
Kand’ ibinure vya ca kimazi catangiwe ivyaha avyosereze ku gicaniro.
Umuherezi aheze avyosereze ku gicaniro: ivyo bizoba bibaye imfungurwa, ari ryo shikanwa ritōngōrwa n’umuriro, ngo ribe umubabge umota neza; ibinure vyose bizoba ivyanje.
Aheze arambike ikiganza mu ruhanga rw’iryo shikanwa ryiwe ry’ikimazi, agikererere ku muryango w’ihema ry’ibonaniro: bene Aroni abaherezi baheze bamijagire amaraso yaco ku gicaniro impande zose.
n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.
babikūre nk’uko nyene bahora babikūra ku masa y’ikimazi c’ishimwe; uyo muherezi avyosereze ku gicaniro co kwoserezakw ibimazi.
Ubgiwe yizanire mu minwe yiwe ishikanwa anshikaniye ryo gutōngōrwa n’ umuriro; az’ azane ibinure bo n’inkoro, kugira ngw iyo nkoro ibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje.
Umuherezi aheze avyosereze ku gicaniro, kibe ikimazi nshikaniwe gitōngōrwa n’ umuriro. Ico ni co kimazi c’ impongano.
arikw ibinure, n’amafyigo, n’agashami gatoya k’igitigu vy’ico kimazi gitangiwe ivyaha, avyosereza ku gicaniro, nk’uk’ Uhoraho yari yarageze Mose.
Arikw amaso yanyu arahiriwe, kukw abona, n’amatwi yanyu, kuko yumva.
at’ Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, Arikw imitima yabo iri kure yanje.
ukwo kwizigira ntigutētereza, kuk’ urukundo rw’Imana rwasutswe hose mu mitima yacu na Mpwemu Yera twāhawe.
Kandi tumenye iki, yuk’ umuntu wacu wa kera yabambanywe na we, kugira ng’umubiri w’icaha uhindurwe ubusa, ntitwame tujakariye icaha:
Kand’ Uhoraho Imana yanyu azokūrah’ ukudakebga kwo mu mitima yanyu, n’ukwo mu mitima y’uruvyaro rwanyu, kugira ngo mumukundishe imitima yanyu yose, n’ubugingo bganyu bgose, mubone kubaho.
Mbere batarosa ibinure, umusuku w’umuherezi yaraza, akabarira ūtanze ikimazi, ati N’umpe inyama zo gutarira umuherezi, kukw atagomba k’umuha izitētse, atar’ imbisi.