15 n’amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’ umurya, n’agashami gatoya k’ igitigu, agakūrane n’amafyigo.
Kand’ ivyo bimazi vyo kwoswa vyari vyinshi cane, hamwe n’ibinure vy’ibimazi vy’ishimwe, n’ amashikanwa y’ibiturire yagendana n’ikimazi cose co kwoswa. Uko ni kw ibikorwa vyo mu ngoro y’ Uhoraho vyatunganijwe.
Maze wābīre urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ ibinure bifashe kuri yo, uvyosereze ku gicaniro.
n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.
Maz’ ayikūrekw ishikanwa ryiwe anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,
Ibinure vyaco vyose az’ abikūre, nk’uko bakūra ivy’ ikimazi c’ishimwe: uwo muherezi aheze avyosereze ku gicaniro, bibe umubabge ummotera neza. Nuk’ umuherezi azoba amuhongeye, na we azoharirwa.
Kandi batange ibinure vyaco vyose, ari vyo murizo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda rwōrōshe amara,
n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, bagakūrane n’ amafyigo.