Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kand’ uhereye k’ūmaze ukwezi kumwe gushitsa k’ūshikanye imyaka itanu, ni yaba umuhungu uzoba ukwiye kumucira shekeli z’ifeza zitanu, ni yaba umukobga, umucire zitatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:6
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uhereye k’ūmaze imyaka itanu gushitsa k’ūshikanye mirongwibiri, ni yaba umuhungu uzoba ukwiye kumucira shekeli mirongwibiri, ni yaba umukobga, umucire icumi.


Kand’ uhereye k’ūrengeje imyaka mirongwitandatu, ni yaba umugabo uzoba ukwiye kumucira shekeli z’ifeza cumi na zitanu, ni yaba umugore umucire icumi.


uz’ ubāke shekeli zitanu kw incungu, umuntu umwe‐umwe ku mutwe wiwe; shekeli uzokwāka zize zibe izigezwe kuri shekeli ir’ Ahēra: shekeli imwe irimwo gera mirongwibiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ