Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kand’ uhereye k’ūmaze imyaka itanu gushitsa k’ūshikanye mirongwibiri, ni yaba umuhungu uzoba ukwiye kumucira shekeli mirongwibiri, ni yaba umukobga, umucire icumi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:5
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hahita Abamidiyani b’abadandaza; bakwega Yosefu, bamukūra muri rwa rwobo, bamugura na ba Bishimayeli amahera y’ifeza mirongwibiri. Bashōra Yosefu muri Egiputa.


Ni yaba umukobga cank’ umugore, uzoba ukwiye kumucira shekeli mirongwitatu.


Kand’ uhereye k’ūmaze ukwezi kumwe gushitsa k’ūshikanye imyaka itanu, ni yaba umuhungu uzoba ukwiye kumucira shekeli z’ifeza zitanu, ni yaba umukobga, umucire zitatu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ