Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ni yaba umukobga cank’ umugore, uzoba ukwiye kumucira shekeli mirongwitatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuhungu cank’ umugabo, uhereye k’ūmaze imyaka mirongwibiri gushitsa k’ūshikanye mirongwitandatu, uzoba ukwiye kumucira shekeli z’ifeza mirongwitanu, zagezwe kuri shekeli ir’ Ahēra.


Kand’ uhereye k’ūmaze imyaka itanu gushitsa k’ūshikanye mirongwibiri, ni yaba umuhungu uzoba ukwiye kumucira shekeli mirongwibiri, ni yaba umukobga, umucire icumi.


arababaza, ati Mwompēra iki, nkazomubaronkera? Bamugerera intete z’ifeza mirongwitatu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ