Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ivyo ni vyo vyagezwe Uhoraho yagereye Mose ku musozi Sinayi, ngw abishikirize Abisirayeli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:34
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ayo ni yo mabgirizwa n’ ivyashinzwe n’ivyagezwe, ivyo Uhoraho yashize hagati yiwe n’ Abisirayeli, abigereye ku musozi Sinayi, abitumye Mose.


ivyo Uhoraho yageze Mose ari ku musozi Sinayi, ku musi yageze Abisirayeli kumuzanira amashikanwa, aho nyene mu bugaragwa bg’i Sinayi.


Ku musi wa mbere w’ukwezi kwa kabiri kw’umwaka ugira kabiri bavuye mu gihugu ca Egiputa, Uhoraho abaririra Mose mw ihema ry’ibonaniro, bari mu bugaragwa bg’i Sinayi,


Ivyo n’ikimazi co kwoswa c’intasība, nk’uko vyashingiwe ku musozi Sinayi, ngo kibe umubabge umota neza w’ikimazi nshikaniwe jewe Uhoraho, kigatōngōrwa n’umuriro.


Uru ni rwo ruvyaro Aroni na Mose bari bafise igihe Uhoraho yavuganira na Mose ku musozi Sinayi.


Ivyo ni vyo vyagezwe n’amabgirizwa Mose yashikirije Abisirayeli atumwe n’Uhoraho, bari mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko.


Kukw ivyagezwe vyazanywe na Mose, ubuntu n’ukuri vyazanywe na Yesu Kristo.


Mu mwaka wa mirongwine, mu kwezi kw’icumi na rimwe, ku musi wakwo wa mbere, ni ho Mose yabaririye Abisirayeli ivyo Uhoraho yamugeze kubabgira vyose;


Aya ni yo majambo y’isezerano, Uhoraho yabariye Mose gusezeranira n’Abisirayeli mu gihugu c’i Mowabu, yongewe kw isezerano yasezeraniye na bo kuri Horebu.


ari vyo vyashinzwe bo n’amabgirizwa n’amatēka Mose yabashikirije igihe bari bavuye muri Egiputa,


Rāba ndabigishije amabgirizwa n’amatēka ashinzwe, nk’uk’ Uhoraho Imana yanje yangeze, kugira ngw abe ari ko muzogenza mu gihugu mugiye kwinjira ngo mucegukire.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ