Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maze mu mwaka wa yubile, iyo ndimiro iz’ isubizwe uwayiguzweko, nyen’ ishamvu iryo tongo ririmwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:24
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko n’atashobora kuricungura ubgiwe, iryo ryaguzwe rigumane uwariguze gushitsa ku mwaka wa yubile; maze rizokomōrwa n’uwo mwaka wa yubile, abone ukw asubira gushikīra itongo ryiwe.


Na ho n’atāgomba kuyicungura, arikw akayigurira uwundi, nta kundi kuzoyicungura hanyuma:


Mur’ uwo mwaka wa yubile umuntu wese muri mwebge az’ agaruke mw itongo ryiwe.


umuherezi az’ acire uyo igiciro gihwanye n’ico waciriye kuzoshitsa ku mwaka wa yubile: az’ atange kur’ uwo musi igiciro waciriye, kibe ikintu canje cera.


Kand’ igiciro cose uzohora ucira, kize kibe shekeli zagezwe kuri shekeli ir’ Ahēra: shekeli imwe ikwiye kubamw’ ingero yitwa gera mirongwibiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ