Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 umuherezi az’ acire uyo igiciro gihwanye n’ico waciriye kuzoshitsa ku mwaka wa yubile: az’ atange kur’ uwo musi igiciro waciriye, kibe ikintu canje cera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:23
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

uwo muherezi agicire igiciro kimaze, gihwanye n’ukw ari ciza cank’ ari kibi; igiciro uwo muherezi azogicira, kize kibe ico.


Na ho ni yarobanura iyo ndimiro yiwe inyuma ya yubile, umuherezi az’ acire uyo amahera, arīmbūye imyaka igisigaye gushitsa ku mwaka wa yubile wundi, amanure igiciro ku vyo waciriye.


Kand’ umuntu ni yarobanura indimiro, akayimpa, ar’ iyo yaguze, itar’ iyo mw itongo ryo mw ishamvu yiwe;


Maze mu mwaka wa yubile, iyo ndimiro iz’ isubizwe uwayiguzweko, nyen’ ishamvu iryo tongo ririmwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ