Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 arikw iyo ndimiro ni yakomōrwa n’umwaka wa yubile, izoba icitse iyera yanje, nk’iyatanzwe kuba inyegu yanje; izokwegukira umuherezi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:21
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kandi ngo mu misi itatu, ūtazoba yaje nk’ukw abakuru n’ abashingantahe bahuje inama, azonyagwa ivyiwe vyose, kandi na we ubgiwe agacibga mw ikoraniro ry’ abavuye mu kinyago.


Baze barye kw ishikanwa ry’amafu, no ku kimazi gitangirwa ivyaha, no ku kimazi c’impongano; kand’ ikintu cose kirobanurirwa Imana mu Bisirayeli kize kibe icabo.


Muze murobanure uwo mwaka ugira mirongwitanu, mutāngāze mu gihugu cose ko habaye umwidegemvyo w’ abantu bose bo muri co: uwo mwaka uz’ ubabere uwa yubile; umuntu wese muri mwebge aheze agaruke mw itongo ryiwe, kand’ umuntu wese agaruke mu b’i wabo.


Ariko n’atashobora kuricungura ubgiwe, iryo ryaguzwe rigumane uwariguze gushitsa ku mwaka wa yubile; maze rizokomōrwa n’uwo mwaka wa yubile, abone ukw asubira gushikīra itongo ryiwe.


Arikw inzu zo mu mihana idakikijwe n’uruzitiro rw’ amabuye, zize zibe kimwe n’ amatongo yo mu misozi, biremerwa ko zicungurwa: zizokomōrwa n’umwaka wa yubile.


Na ho n’atāgomba kuyicungura, arikw akayigurira uwundi, nta kundi kuzoyicungura hanyuma:


Kand’ umuntu ni yarobanura indimiro, akayimpa, ar’ iyo yaguze, itar’ iyo mw itongo ryo mw ishamvu yiwe;


Ikintu cose mpawekw inyegu mu Bisirayeli kizoba icawe.


Muhīrahīre ntihaze hagire ikintu na kimwe mur’ ivyo bijiririjwe muzokozak’ ukuboko, kugira ng’ Uhoraho abone kwigarura, areke uburake bgiwe bg’inkazi, abagirire imbabazi n’ikigongwe, abagwize nk’uko yarahiye ba sogokuruza banyu kw azobikora,


Ati Kand’ igisagara n’ibiri muri co vyose bicitse inyegu y’Uhoraho; mugabo Rahabu, umwe maraya, abe ari we arokoka, bo n’abari mu nzu yiwe bose, kuko yanyegeje za ntumwa twatuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ